Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 23:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ku musi muwujungujeko muze munshikanire n’isuguru y’intama itaramara umwaka kw ikimazi co kwoswa.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 23:12
7 Referans Kwoze  

ariko mwacungujwe amaraso y’igiciro kinini, nk’ay’ umwagazi w’intama utagira agasembga cank’ ibara, ni yo ya Kristo.


Kand’ ikimazi ciwe co kwoswa ni caba ar’ ico mu mukuku, ar’ intama cank’ impene, az’ atange isuguru itagira agasembga.


Umwagazi wanyu uz’ ube ūtagira agasembga, w’isuguru itarengeje umwaka: muze muwukūre mu ntama canke mu mpene.


na we awuzungurize imbere yanje, kugira ng’ ubabere ishikanwa ryemerwa: ku musi ukurikira isabato abe ari wo umuherezi awuzunguzako.


Kand’ ishikanwa ry’ ivyakozwe mw ifu ritanganwa na co rize ribe ibigiracumi bibiri vy’ingero y’ifu igogōretse, ivanze n’amavuta ya elayo; ribe ishikanwa nshikaniwe jewe Uhoraho ritōngōrwa n’umuriro, umubabge umota neza. Kand’ ishikanwa ry’ibiturire ritanganwa na co nyene rize ribe ikigirakane c’ingero yitwa hini ya vino.


Ikimazi c’umuntu co kwoswa, ni cāba ar’ ico mu busho, az’ atange imasa itagira agasembga: ayitangire ku muryango w’ihema ry’ibonaniro, kugira ngo yemerwe imbere yanje.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite