Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 21:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 ar’ ūfise inyonzo, ar’ uwabaye impfunya, ar’ ūfise agasembga ku jisho, ar’ ūfise amahere cank’ urukemba, ar’ ūmenetse amavya;

Gade chapit la Kopi




Abalewi 21:20
6 Referans Kwoze  

Umenetse amavya, cank’ ūshāhūwe, ntaz’ agere mw ikoraniro ry’Uhoraho.


Kand’ umunyamahanga yifatanije n’Uhoraho yoye kuvuga, at’ Uhoraho ntazobura kuntandukanya n’abantu biwe; canke n’inkone yoye kuvuga, it’ Erega nd’ igiti cumye.


ar’ ūvunitse ikirenge cank’ igikonjo,


Ntihaze hagire impumyi, cank’ ikivunitse, cank’ icakomerekejwe, cank’ igifise igisebe, cank’ ikirwaye umwirye, cank’ ubushita, muzonshikanira muri ben’ ivyo, canke ngo mugitange kw ishikanwa munshikaniye jewe Uhoraho, ngo gitōngōrwe n’umuriro ku gicaniro.


Igifise amavya yahomberanye canke yamenetse canke yajanjaguritse canke yashahuwe, ntimuze mukinshikanire, jewe Uhoraho; ntimuze mugenze murtyo mu gihugu canyu.


Umuntu w’ikivyarwa ntaz’ agere mw ikoraniro ry’Uhoraho; haba n’uwo mu ruvyaro rwiwe azorigeramwo, eka mber’ uko bazogenda bavyarana gushitsa no ku bihe cumi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite