19 ar’ ūvunitse ikirenge cank’ igikonjo,
Umuntu wese afise agasembga ntaz’ anyīgire hafi: ar’ impumyi, ar’ ūcumbagira, ar’ ūfise izuru rihomberanye, ar’ ūfise urugingo rurutana n’urundi,
ar’ ūfise inyonzo, ar’ uwabaye impfunya, ar’ ūfise agasembga ku jisho, ar’ ūfise amahere cank’ urukemba, ar’ ūmenetse amavya;