Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 20:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Ni co gituma mukwiye gutandukanya ibihumanya n’ibidahumanya mu bitungano no mu bikōko, n’ibihumanya n’ibidahumanya mu bisīga no mu nyoni: ntimuze mwiyandurishe igitungano cank’ igikōko, cank’ igisīga cank’ inyoni, cank’ icikwega hasi ic’ ari co cose, ari vyo nasobanuye mu bindi ngo mumenye ko bihumanya.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 20:25
7 Referans Kwoze  

arababgira, at’ Ubganyu murazi yuko kizira k’umuntu w’Umuyuda yifatanya n’uw’ ubundi bgoko, canke kw amugendera: ariko jeho, Imana yanyeretse yuko hatogira umuntu nita ikizira cank’ igihumanya.


Imana irema ibifi binini‐binini, n’ibifise ubugingo vyose bigendagenda, ivyasegenyutse mu mazi, nk’ukw amoko yavyo ari, n’ibiguruka vyose bifise ivyubi, ukw amoko yavyo ari: Imana ibona kw ari vyiza.


kugira ngo mubone uko mutandukanya ivyera n’ibitar’ ivyera, n’ibihumanya n’ ibidahumanya,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite