Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 20:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Nuko rero muze mwitondere amabgirizwa yanje yose n’ivyagezwe vyanje vyose, muvyumvire: kugira ngw igihugu mbajanyemwo ngo muhabe, ntikize kihave kibadahwa.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 20:22
20 Referans Kwoze  

Kandi nzobashiramwo Mpwemu wanje, ndabagendeshereze mu vyagezwe vyanje, namwe muzokwitondera amabgirizwa yanje, muyashitse.


Ijambo ryawe ryose ripoperanirijwe mu kuri; Imanza zawe zigororotse iyo ziva zikagera zamah’ ibihe bidashira.


Ntakambishije umutima wose; unyishure Uhoraho we: Nzokwitondera ivyo washinze.


Umutima wanje utungane mu vyo washinze, Noye kuzomāramāra.


Umutima wanje umenaguwe n’igihahamizi Ugirira imanza zawe ziroranye ibihe vyose.


Aho vyaba birtyo kwar’ ukugira ngo bitondere ivyagezwe vyiwe, Bagendere mu vyo yashinze. Haleluya!


Ubugingo bganje ni bubeho, kugira ngo bugushime: Imanza zawe zintabare.


Iminwa yanje ivuge ishimwe, Kuk’ unyigisha ivyo washinze.


Mose ahamagara Abisirayeli bose, arababarira, ati Yemwe Bisirayeli, ni mwumve amabgirizwa n’ivyagezwe mvugira mu matwi yanyu uyu musi, kugira ngo muvyige, muvyitondere, mubishitse.


ari vyo vyashinzwe bo n’amabgirizwa n’amatēka Mose yabashikirije igihe bari bavuye muri Egiputa,


Namwe nzobashwiragiriza mu mahanga, nsokōre inkota, mbirukane; igihugu canyu kizosigara gitamāriwe, n’ibisagara vyanyu bicike imisaka.


Nuko muze mwitondere amabgirizwa yanje yose, n’ivyagezwe vyanje vyose, mubishitse: ni jewe Uhoraho.


Ibi ni vyo vyagezwe uzobashikiriza.


Uko bukeye ngushima ibihetangabo ndwi, Ngushimira imanza zawe zigororotse.


Nararahiye ndarengwa Yuko nzokwitondera imanza zawe zigororotse.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite