21 Umuntu ni yacikiza muka mwene nyina, bizoba ar’ ukwiyanduza: azoba yambitse ubusa mwene nyina; bazoba imponnyi.
Ntihaze hagire uwambika ubusa muramu we: kuk’ ubgambure bgiwe ar’ ubg’ uwo bavukana.