Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 20:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Ūryamanye na muka se aba yambitse se ubusa: bompi ntibaze babure kwicwa: amaraso yabo ni bo azokora.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 20:11
7 Referans Kwoze  

Abalewi bat’ Azoba avumwe, ūryamana na inabukwe. Abantu bose bitabirize, bati Amen.


Abalewi bat’ Azoba avumwe, ūryamana na muka se, kukw aba yorosoye impuzu ya se. Abantu bose bitabirize, bati Amen.


Inkuru yāmamaye hose yuko muri mwebge harih’ ubusambanyi: kand’ ubgo busambanyi butoba no mu banyamahanga, umuntu gucīkiza muka se ngw amwābīre.


Basiribangira imitwe ya ba nyarucari mu mukungugu wo hasi, bakagoreka inzira z’abicisha bugufi; umwana na se binjirana umwigeme umwe, bagatukisha izina ryanje ryera.


Ntihaze hagire ūcūra muka se, canke ngo yorosore impuzu ya se, ngw amwambike ubusa.


Ntihaze hagire uwo muri mwebge yēgēra uwo mu nzu yo hafi, ngw amwambike ubusa: nd’ Uhoraho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite