Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 19:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Ariko mu mwaka ugira kane, ivyamye kuri vyo vyose bizoba ivyera vyo kunshimisha, jewe Uhoraho.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 19:24
7 Referans Kwoze  

Wubahishe Uhoraho ibintu vyawe, Bo n’umushuzo w’ivyeze vyawe vyose.


Kandi muze muhore mubaha ku vy’umushuzo, ku mpeke zanyu no kuri vino yanyu no ku mavuta yanyu ya elayo, n’ubgoya bg’ītanguye gukemurwa mu ntama zanyu.


Kandi ni mwinjira ca gihugu, mugatera ibiti vy’ubgoko bgose vyama ibiribga, muze mubanze mwite ivyamye kuri vyo nk’ibizira; bize bimare imyaka itatu kuri mwebge ar’ ibizira; ntibize birībgeko.


Maze mu mwaka ugira gatanu abe ari ho mutangura kurya ku vyamye kuri vyo, kugira ngo birushirize kubāmira: ni jewe Uhoraho Imana yanyu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite