Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 18:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ntihaze hagire uwambika ubusa mushiki we, ar’ uwo basangiye se canke nyina, ar’ uwo bavukana cank’ ar’ umuzanano: ntihaze hagire ūmwambika ubusa.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 18:9
6 Referans Kwoze  

Umuntu ni yenda mushiki we, basangiye se canke nyina, bakarābana ubgambure, kizoba ar’ igihemu giteye isoni: baze barandurirwe mu maso y’ab’ ubgoko bgabo: uyo, kw azoba yambitse ubusa mushiki we, azogībgako n’ukugabitanya kwiwe.


Umuntu akorana ibizira n’ umugore w’umubanyi wiwe; uwundi yononesha ubushakanyi umukazana wiwe; uwundi wo muri wewe afata mushiki we basangiye se.


Abalewi bat’ Azoba avumwe, ūryamana na mushiki we, ar’ uwo basangiye se canke nyina. Abantu bose bitabirize, bati Amen.


Ntihaze hagire uwambika ubusa umukobga wa muka se, basangiye se: uwo ni mushikiwe, ntaz’ amwambike ubusa.


Ntihaze hagire uwambika ubusa umwuzukuru wo ku muhungu wiwe canke wo ku mukobga, kuk’ ubgambure bgabo ari bgo bgiwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite