Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 18:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Ntihaze hagire uwegera umugore ngw amwambike ubusa, akiri mu muhango wiwe.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 18:19
8 Referans Kwoze  

Umuntu ni yaryamana n’umugore akiri mu muhango wiwe, akamwambika ubusa, azoba yambitse ubusa isōko yiwe, na wa mugore azoba atwikuruye iyo sōko y’amaraso yiwe: bompi baze barandurwe mu bgoko bgabo.


Kandi ni hagira umugabo aryamana na we, imiziro yiwe ikamwanduza, uwo mugabo azoba ahumanye kumara imisi ndwi: uburiri bgose azoryamako buzoba buhumanye.


Muri wewe bonona baka se; muri wewe bafata abagore bari mu miziro.


akaba atārīriye mu bitabo ku misozi, ntiyunamurire amaso ibigirwamana vy’inzu ya Isirayeli, kand’ akaba atononnye umugore wa mugenzi we, akaba atēgereye umugore mu gihe ari mu miziro;


Kand’ izinamukobga ni yaja mu mihango yiwe, az’ amare imisi ndwi mu miziro yiwe: ūzomukorako wese azoba ahumanye gushitsa ku mugoroba.


ati Barira Abisirayeli, ut’ Umugore ni yasama inda, akavyara umwana w’umuhungu, az’ amare imisi ndwi ahumanye: nk’uko bimubera iy’ari mu muhango w’imiziro yiwe, ni kw azoba ahumanye.


Ntihaze hagire ūharika umugore uwo bavukana, ngw abe umukēba wiwe, ngw amwambike ubusa uwo bavukana akiriho.


Nuko Dawidi atuma intumwa zo kumuzana, aca arenguka i we, bararyamana, kuko yari yihumanuye avuye mu miziro; hanyuma asubira i muhira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite