Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 17:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 ati Barira Aroni n’abana biwe n’Abisirayeli bose, ut’ Ibi ni vyo ashinze:

Gade chapit la Kopi




Abalewi 17:2
4 Referans Kwoze  

Uhoraho abarira Mose,


Umuntu wese wo mu nzu ya Isirayeli azobāgira inka cank’ umwana w’intama cank’ impene aho mushagaje, cank’ inyuma yaho,


Muze mwirinde, mwoye kuzopfa gutangira ibimazi vyanyu vyo kwoswa ahantu hose mubonye;


Bene Amuramu bāri Aroni na Mose; kandi Aroni yari yarobanuwe kugira ngo yezwe, abe uwera cane, bo n’abahungu biwe, gushitsa ibihe vyose, ngo bame bosereza imibavu imbere y’Uhoraho, bamusukūrire, basabire abantu umugisha mw izina ryiwe ibihe vyose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite