19 Aheze agicucagirekw ayo maraso n’urutoke rwiwe ibihetangabo ndwi, agihumanure, aceze kugira ngo kivek’ ubuhumane bg’Abisirayeli.
Kur’ uwo musi ab’inzu ya Dawidi n’ababa i Yerusalemu bazotoborerwa imbizi yo kubōza ivyaha n’ibihumane.
Kandi yābīre ku maraso ya ya masa, ayacucagize urutoke kur’ uwo mutemere wo guhongerako ku ruhande rw’i burasirazuba, atekw ayacucagize urutoke nyene imbere y’iyo ntebe ibihetangabo ndwi.
Ni yaheza gutangira Ahēra impongano, bo n’ihema ry’ibonaniro, n’igicaniro, aheze yīgize hafi ya mpene ikidora.
Samweli wa Elukana, Elukana wa Yerohamu, Yerohamu wa Eliyeli, Eliyeli wa Towa;