Abalewi 16:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ntihaze hagire umuntu n’umwe agera mw ihema ry’ibonaniro, igihe Aroni yinjira Ahēra kuhatangira impongano, gushitsa ah’ azoba asohokeye, amaze kwitangira impongano ubgiwe bo n’ urugo rwiwe, no kuyitangira ishengero ryose ry’Abisirayeli. Gade chapit la |
Amayinga mirongwirindwi agerewe ubgoko bganyu n’igisagara canyu cera, kugira ngw ibicumuro bishire n’ivyaha birangizwe, n’ibigabitanyo bitangirwe impongano, hazanwe ukugororoka kutazoshira, ivyo weretswe n’ivyavugishijwe n’Imana ngo bimatanishwe ishashara idomwemw’ ikimenyetso, ahēra cane harobanuzwe amavuta.