Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 15:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Uku ni kwo kuzoba guhumana kwiwe gutewe n’ico gisokoro ciwe: ni yaba agenda arajejeta cank’ azibiye, aba ahumanye.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 15:3
5 Referans Kwoze  

Agomwa abasambanyi baho, bafise umubiri umeze nk’uw’ indogoba, bagashuha nk’ amafarasi.


Kandi wasambanye n’ Abanyegiputa b’ababanyi bawe b’ amasekanya; ugwiza ubumaka bgawe ng’ untere ishavu.


Ku musi ugira umunani uwo mwana az’ akebge.


ati Mubarire Abisirayeli, mut’ Umugabo wese ni yagira igisokoro mu mubiri wiwe, azoba ahumanye kubg’ ico gisokoro ciwe.


Uburiri bgose umunyagisokoro aryamyeko buzoba buhumanye, n’ikintu cose yicayeko kizoba gihumanye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite