Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 14:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ku musi ugira indwi yimoshe umushatsi wose wo ku mutwe, n’ubganwa n’ibigohe, amwe n’ uwundi wose; aheze amesure impuzu ziwe, yiyuhagire, abe ahumanutse.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 14:9
5 Referans Kwoze  

Kandi ni hagira umuntu agwa bukumbi i ruhande yiwe, akanduza umutwe w’ubunaziri bgiwe, ku musi wo guhumanurwa kwiwe aze yimoshe: ku musi ugira indwi az’ abe ari ho yimosha.


Uku abe ari k’ugenza mu kubahumanura: ubacucagire amazi y’impongano y’ivyaha, bamweshe urupfuhe ku mubiri wabo wose ahamobga, bamesure impuzu zabo, bihumanure.


Nyene guhumanurwa aheze amesure impuzu ziwe, yimoshe ahamera umushatsi hose, yiyuhagire, azoba ahumanutse, abone kugaruka aho mushagaje; arikw amare imisi ndwi abe hanze inyuma y’ihema ryiwe.


Uwo muherezi atangire ku gicaniro ico kimazi co kwoswa bo na rya shikanwa ry’ifu; uko ni kw azoba amuhongeye, na we azoba yejejwe.


az’ amujane i we, yimoshe, ace inzāra,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite