Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 14:57 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

57 kugira ngo vyigishe umuntu kw ikintu gihumanye, canke ko kidahumanye: ivyo ni vyo vyagezwe vyo ku mibembe.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 14:57
7 Referans Kwoze  

kugira ngo mubone uko mutandukanya ivyera n’ibitar’ ivyera, n’ibihumanya n’ ibidahumanya,


Baze bigishe abantu banje gutandukanya ivyera n’ibitar’ ivyera, babamenyeshe itandukaniro ry’ibihumanye n’ibidahumanye.


None rero, uku ni k’Uhoraho agize, ati Ni wahindukira nzokugarukana, ubone guhagarara imbere yanje; kandi ni warobanura ivy’ ingirakimazi ukabikūra mu vy’imburakimazi, uzoba nk’akanwa kanje: abandi baze baguhindukirire, ariko weho ntuz’ ubahindukirire.


Muze mwitwaririke ivy’ indwara y’imibembe, kugira ngo mugire umwete wo kwitondera no gushitsa ivyo abaherezi ari bo Balewi bazobigisha vyose; nk’ukw abo nabibageze, az’ abe ari ko namwe muvyitondera, mubishitse.


ar’ igishundu, ar’ ibintu bitongangiye, ar’ ikibibi,


Uhoraho abarira Mose na Aroni,


Ico ni co cagezwe c’indwara yo mu buryo bg’imibembe ifashe umwambaro, ar’ uwajishwe mu bgoya bg’intama canke mu nyuzi zera derere, igafata kur’ ico kijishano uko kijishwe kwose, canke ku kintu cose cakozwe mu rusāto, ngo babone kuvuga ko gihumanye canke ko kidahumanye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite