Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 14:53 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

53 Aheze agende arekurire iyo nyoni idora mu gahinga, inyuma y’igisagara; uko ni kw azoba ahongeye iyo nzu: nukw izoba yejejwe.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 14:53
4 Referans Kwoze  

Uwo muherezi atangire ku gicaniro ico kimazi co kwoswa bo na rya shikanwa ry’ifu; uko ni kw azoba amuhongeye, na we azoba yejejwe.


Aheze ayacucagire ibihetangabo ndwi kur’ uwo nyene guhumanurwa ngw avekw imibembe, avuge kw ahumanutse, arekurire iyo nyoni idora mu gahinga.


Ahumanuze iyo nzu amaraso y’iyo nyoni, n’ayo mazi yavomwe mu mbizi, n’iyo nyoni ikidora, n’iyo ngegene y’isederi, n’iyo ezobu, n’utwo tunyuzi dusa n’agahama.


Ivyo ni vyo vyagezwe vy’ uburyo bgose bg’indwara y’imibembe: ar’ igiturika,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite