Abalewi 14:51 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)51 yābīre iyo ngegene y’isederi, n’iyo ezobu, n’utwo tunyuzi dusa n’agahama, n’iyo nyoni ikidora, abijōbeke mu maraso y’iyo nyoni yakerewe no mur’ ayo mazi yavomwe mu mbizi, acucagire kur’ iyo nzu ibihetangabo ndwi. Gade chapit la |