Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 14:47 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

47 Kand’ uwoyirāramwo az’ amesure impuzu ziwe; n’uwoyirīramwo na we amesure impuzu ziwe.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 14:47
4 Referans Kwoze  

kandi n’uwogira ico aterura co ku muvyimba wavyo, az’ amesure impuzu ziwe, akomeze kuba ūhumanye gushitsa ku mugoroba.


Ikindi, ūzokwinjira mur’ iyo nzu igihe icugawe, azoba ahumanye gushitsa ku mugoroba.


Na ho umuherezi ni yinjira, akayisuzuma, agasanga iyo ndwara itunguruje ku nzu, imaze guhomwa; uwo muherezi avuge kw ihumanutse, kukw iyo ndwara ikize.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite