Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 14:42 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

42 Baheze bazane ayandi mabuye, bayasanishe aho basambuye ya yandi, bazane n’iyindi ngwa, bahome iyo nzu.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 14:42
13 Referans Kwoze  

kand’ ivyo wanyumvanye mu maso y’ivyabona vyinshi, ubishikirize abantu bo kwizigirwa, bazoshobora kuvyigisha n’abandi.


Amaso yanje azoba ku bizigirwa bo mu gihugu, kugira ngo tubane: Ūgendera mu nzira itunganye, ni we azonkorera.


Kandi namba mubona bibabangamiye gusaba Uhoraho, uyu musi ni mwitoranirize uwo muzosaba, namb’ ari za mana ba sogokuruza bāsaba hakurya ya rwa ruzi, cank’ imana z’Abamori ben’ iki gihugu murimwo; ariko jeho n’abo mu rugo rwanje tuzokwama tugendanira Uhoraho.


Kukw ari we nahisemwo kugira ngw aze yihanikirize abana biwe n’ab’ inzu yiwe bazokwaruka hanyuma, ngo bakomeze inzira yanje, bakore ibiroranye n’ibigororotse; kugira ngo jewe Uhoraho nshitse kuri Aburahamu ivyo namuvuzeko.


Atekw avuge ko bahomōra iyo nzu imbere hose, kand’ ivyo bihome bahomōye babisēse ha hantu hahumanye, inyuma y’igisagara.


Na h’iyo ndwara ni yagaruka, igasubira gusēsa ku nzu, bamaze gusambura amabuye no kuyihomōra, bagasubira kuyihoma;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite