Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 14:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Akerere uwo mwana w’intama w’ ikimazi c’impongano, aheze yābīre ku maraso y’ico kimazi, ayakoze ku gutwi kw’i buryo kw’uyo arikw arahumanurwa, ahahera hejuru, no ku rukumu rwiwe rw’i buryo, no kw ino ryiwe rinini ry’i buryo.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 14:25
7 Referans Kwoze  

Urinde ikirenge cawe iy’ uja mu ngoro y’Imana; kuko kwēgēra ngo wumve kuruta gutanga ibimazi kw’ibipfu, kuko batazi ko bakora ibizira.


Ibimazi n’amashikanwa y’ifu ntivyaguhimbaye; Amatwi yanje urayazibūye: Ibimazi vyoshejwe n’ibimazi vy’ivyaha ntiwabigomvye.


Uheze uyikerere, wābīre ku maraso yayo, uyakoze ku gutwi kw’i buryo kwa Aroni ahahera hejuru, no ku matwi y’i buryo y’abana biwe ahahera hejuru nyene, no ku bikumu vyabo vy’i buryo, no ku mano yabo manini y’i buryo, ayandi uyamijagire ku gicaniro impande zose.


Kandi ni yaba atoshobora kuronka umwana w’intama, anzanire ikimazi ciwe c’impongano y’icaha yakoze, c’intunguru zibiri cank’ ivyana vy’inuma bibiri: kimwe kize kibe ikimazi co gutangirwa ivyaha, ikindi kibe ikimazi co kwoswa.


Uwo muherezi aheze asuke kur’ ayo mavuta, ayasuke ku rushi rwiwe rw’i bumoso;


Maze Mose arayikerera, yābīra ku maraso yayo, ayakoza ku gutwi kw’i buryo kwa Aroni ahahera hejuru, no ku rukumu rwiwe rw’i buryo, no kw ino ryiwe rinini ry’i buryo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite