Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 14:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Ku musi ugira umunani, az’ abishīre umuherezi ku muryango w’ihema ry’ibonaniro imbere yanje, bibe ivyo kumuhumanura.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 14:23
2 Referans Kwoze  

Ku musi ugira umunani, yijanire intunguru zibiri cank’ ivyana vy’inuma bibiri, abizane imbere yanje ku muryango w’ihema ry’ibonaniro, abihe umuherezi;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite