Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 14:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 at’ Iki abe ari co kiba icagezwe co ku munyamibembe, ku musi wo guhumanurwa kwiwe: az’ ashīrwe umuherezi.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 14:2
9 Referans Kwoze  

Ababonye arababgira, ati Ni mugende, mwiyereke abaherezi. Bariko baragenda barakira, barahumanuka.


Kandi ni hagira umuntu agwa bukumbi i ruhande yiwe, akanduza umutwe w’ubunaziri bgiwe, ku musi wo guhumanurwa kwiwe aze yimoshe: ku musi ugira indwi az’ abe ari ho yimosha.


Ico ni co cagezwe c’indwara yo mu buryo bg’imibembe ifashe umwambaro, ar’ uwajishwe mu bgoya bg’intama canke mu nyuzi zera derere, igafata kur’ ico kijishano uko kijishwe kwose, canke ku kintu cose cakozwe mu rusāto, ngo babone kuvuga ko gihumanye canke ko kidahumanye.


Uhoraho abarira Mose,


Umuntu wese wo mu ruvyaro rwa Aroni yabaye umunyamibembe cank’ afise igisokoro, ntaz’ arye ku vyera gushitsa ahumanutse. Kand’ ūzokora ku kintu ic’ ari co cose cahumanijwe no gukora ku muvyimba, canke ku mugabo intanga zavuyemwo;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite