Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 14:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 akoze urutoke rwiwe rwo ku kuryo mur’ ayo mavuta ari ku rushi rwiwe rw’i bumoso, ayacucagirishe urwo rutoke rwiwe imbere yanje ibihetangabo ndwi;

Gade chapit la Kopi




Abalewi 14:16
7 Referans Kwoze  

Nukw iyo murya, canke munywa, canke mukora ikindi kintu cose, mube mukorera vyose gushimisha Imana.


Nta bandi babonetse ngo bagaruke guhimbaza Imana, atar’ uyu munyamahanga?


ajōbeke urutoke rwiwe mur’ ayo maraso, ayacucagire ibihetangabo ndwi imbere yanje, hino ya ca gihuzu.


ajōbeke urutoke rwiwe mur’ ayo maraso, ayacucagire ibihetangabo ndwi imbere yanje, hino ya ca gihuzu gikingiriye Ahēra cane.


Uwo muherezi aheze yābīre ku mavuta ari muri logi, ayasuke ku rushi rwiwe rw’i bumoso,


amavuta asigaye ku rushi rwiwe, uwo muherezi ayakoze ku gutwi kw’i buryo kw’uyo arikw arahumanurwa, ahahera hejuru, no ku rukumu rwiwe rw’i buryo, no kw ino ryiwe rinini ry’i buryo, aharoye ya maraso y’ikimazi c’impongano.


Ayacucagira ku gicaniro ibihetangabo ndwi, arayakirobanuza bo n’ibintu vyaco vyose, bo n’ikigārigāri co gukaraba n’intebe yaco, ngw avyeze.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite