Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 14:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Uwo muherezi aheze yābīre ku mavuta ari muri logi, ayasuke ku rushi rwiwe rw’i bumoso,

Gade chapit la Kopi




Abalewi 14:15
5 Referans Kwoze  

Namwe mwarobanujwe amavuta n’Uwera, kandi muzi vyose.


Uwo Imana yatumye, ni we avuga amajambo y’Imana, kukw idatanga Mpwemu ku ngero.


Wakunze ukugororoka, wanka ubugarariji: Ni co catumye Imana, ni yo Mana yawe, Ikurobanuza amavuta y’umunezero ikakurutisha bagenzi bawe.


Ku musi ugira umunani aze yābīre abana b’ intama babiri b’amasuguru, batagira agasembga, n’inyana y’intama itarengeje umwaka itagira agasembga, bo n’ibice bitatu vy’icumi vy’ingero y’ifu igogōretse vyo kuba ishikanwa ry’ifu ivanze n’ amavuta ya elayo, n’ingero imwe yitwa logi y’amavuta ya elayo.


akoze urutoke rwiwe rwo ku kuryo mur’ ayo mavuta ari ku rushi rwiwe rw’i bumoso, ayacucagirishe urwo rutoke rwiwe imbere yanje ibihetangabo ndwi;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite