Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 14:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Umuherezi amuhumanura ashire uwo muntu nyene guhumanurwa hamwe n’ivyo bintu, imbere yanje ku muryango w’ihema ry’ibonaniro.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 14:11
9 Referans Kwoze  

Ariko, Īshobora kubazigama ngo ntimutsitare, no kubahagarika imbere y’ubgiza bgayo mudafise agasembga munezerewe cane,


Nukw Abalewi biyuhagira ivyaha, bamesura impuzu zabo; Aroni abatanga kw ishikanwa rijungujwe imbere y’Uhoraho, kand’ abatangira impongano ngo bahumanuke.


uheze ukoranirize ikoraniro ryose ku muryango w’ihema ry’ibonaniro.


Ku musi ugira umunani aze yābīre abana b’ intama babiri b’amasuguru, batagira agasembga, n’inyana y’intama itarengeje umwaka itagira agasembga, bo n’ibice bitatu vy’icumi vy’ingero y’ifu igogōretse vyo kuba ishikanwa ry’ifu ivanze n’ amavuta ya elayo, n’ingero imwe yitwa logi y’amavuta ya elayo.


Uwo muherezi yābīre imwe mur’ ayo masuguru y’intama, ayitangekw ikimazi c’impongano, ayitangane na ya ngero yitwa logi y’amavuta, abizunguze, bibe ishikanwa rizungurijwe imbere yanje;


Ku musi ugira umunani, az’ abishīre umuherezi ku muryango w’ihema ry’ibonaniro imbere yanje, bibe ivyo kumuhumanura.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite