Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 13:50 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

50 Na we asuzume iyo ndwara, yugarane ico iriko kumara imisi ndwi.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 13:50
5 Referans Kwoze  

Baze bigishe abantu banje gutandukanya ivyera n’ibitar’ ivyera, babamenyeshe itandukaniro ry’ibihumanye n’ibidahumanye.


iyo ndwara ikagomba gusa n’akatsi gatoto canke n’agahama, aho nyene ku mwambaro uk’ ujishwe kwose, canke ku rusāto, canke ku kintu cose cakozwe mu rusāto; iyo ndwara izoba ar’ iyo mu buryo bg’ imibembe: ivyo vyerekwe umuherezi.


Ku musi ugira indwi asubire asuzume iyo ndwara; maze ni yasanga iyo ndwara yunguruje kur’ uwo mwambaro uk’ ujishwe kwose, canke kur’ urwo rusāto, ico rwoba rukora cose; iyo ndwara izoba ar’ imibembe igenda irarya: ico kintu kizoba gihumanye.


Na ho ni yasanga ico kibibi co ku mubiri wiwe cera, kandi kidasa n’aho cinjiye imbere mu rukoba, n’ ubgoya bgaho butāhindutse ngo bgere, nuk’ uwo muherezi yugarane uwo murwayi kumara imisi ndwi.


uwo muherezi aheze yisohokere, ave mur’ iyo nzu: ashitse ku muryango, yugare iyo nzu kumara imisi ndwi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite