Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 13:49 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 iyo ndwara ikagomba gusa n’akatsi gatoto canke n’agahama, aho nyene ku mwambaro uk’ ujishwe kwose, canke ku rusāto, canke ku kintu cose cakozwe mu rusāto; iyo ndwara izoba ar’ iyo mu buryo bg’ imibembe: ivyo vyerekwe umuherezi.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 13:49
5 Referans Kwoze  

Bun’ aca akira imibembe yiwe. Yesu aramubgira, ati Wirinde, ntugire uwo ubgira, ariko genda wiyereke umuherezi, utange ishikanwa ryagezwe na Mose, ribe ikimenyetso kibabere icabona.


Aramwihanikiriza, ngo ntagire umuntu abibarira, at’ Ariko genda, wiyereke umuherezi, utange ivy’ uguhumanurwa kwawe, nk’uko Mose yabgirije, bibe ikimenyetso kibabere icabona.


iyo ndwara igafata kur’ ico kijishano uko kijishwe kwose, ari mu nyuzi zera derere canke mu z’ubgoya bg’ intama; cank’ igafata ku rusāto, canke ku kintu cose cakozwe mu rusāto;


Na we asuzume iyo ndwara, yugarane ico iriko kumara imisi ndwi.


nukw asuzume iyo ndwara: maze ni yabona iyo ndwara yateye amarabaga ku bisika agomba gusa n’akatsi gatoto canke n’agahama, ikaboneka nk’ah’ umengo yinjiye imbere mu gisika;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite