Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 13:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Kandi ni yavunguka umushatsi wo mu gitwariro, azoba ar’ ubuhanza yatobotse mu gitwariro, ariko ntazoba ahumanye.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 13:41
2 Referans Kwoze  

Kand’ umugabo ni yavunguka umushatsi, buzoba ar’ ubuhanza, ariko ntazoba ahumanye.


Ariko ni haturika ibintu vy’indwara bitukura mu buhanza bgo mu gakomokomo canke mu bgo mu gitwariro; izoba ar’ imibembe yaje mur’ ubgo buhanza bgo mu gakomokomo canke mu bgo mu gitwariro.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite