Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 13:39 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 umuherezi az’ abisuzume: maze ni yasanga ivyo bibibi vyo ku mubiri wiwe vyeragurika gusa, bizoba ar’ amabara yadutse inyuma ku rukoba: uyo muntu azoba adahumanye.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 13:39
5 Referans Kwoze  

Kuko twese dutsitara muri vyinshi. Umuntu wese adatsitara mu vy’avuga, aba ar’ umuntu atunganye rwose, ashobora no kuganza umubiri wiwe wose.


N’ukuri nta mugororotsi ariho kw isi akora ivyiza ntacumure.


Kandi ni hagira umugabo cank’ umugore agira ibibibi ku mubiri wiwe inyuma ku rukoba, ivyo bibibi bikēra;


Kand’ umugabo ni yavunguka umushatsi, buzoba ar’ ubuhanza, ariko ntazoba ahumanye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite