Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 13:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Ku musi ugira indwi uwo muherezi asuzume ico giturika: maze ni yasanga kitunguruje inyuma ku rukoba, kandi kidasa n’aho cinjiye imbere mu rukoba, uwo muherezi avuge kw adahumanye: uwo muntu agende amesure impuzu ziwe, abe uwejejwe.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 13:34
6 Referans Kwoze  

ngo Ndazi i bikorwa vyawe n’ubutame bgawe n’ukwihangana, kandi yuk’ udashobora kwirengagiza ababi, ariko wagenzuye abiyita intumwa kand’ atari zo, usanga n’abanyabinyoma.


Ababahāririza mubahanūre:


Abo nkunda, ntimwemere impwemu zose, ariko mugerageze impwemu ko zavuye ku Mana: kukw abigira abavugishwa n’Imana benshi bādutse mw isi.


umuherezi az’ asuzume iyo ndwara; ni yabona isa n’iyinjiye musi y’ urukoba, umushatsi waho ugacēkūka, ukaba intaragande; avuge kw ahumanye: kizoba ar’ igiturika c’imibembe ifatiye mu mutwe canke mu bganwa.


baheze bamumwe, arikw ah’ ico giturika kiri ntibahamwe; uwo muherezi asubire yugarane uwafashwe n’ico giturika iyindi misi ndwi.


Arikw amaze guheza kwitwa uweze, ico giturika kikunguruza inyuma ku rukoba,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite