Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 13:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 umuherezi az’ asuzume iyo ndwara; ni yabona isa n’iyinjiye musi y’ urukoba, umushatsi waho ugacēkūka, ukaba intaragande; avuge kw ahumanye: kizoba ar’ igiturika c’imibembe ifatiye mu mutwe canke mu bganwa.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 13:30
5 Referans Kwoze  

Ivyo ni vyo vyagezwe vy’ uburyo bgose bg’indwara y’imibembe: ar’ igiturika,


Kand’ umugabo cank’ umugore ni yafatwa n’indwara mu mutwe canke mu bganwa,


Arik’ umuherezi ni yasuzuma iyo ndwara y’igiturika, agasanga isa n’ah’ itinjiye imbere mu rukoba, kandi hatar’ umushatsi wirabura, uwo muherezi yugarane uwafashwe n’ iyo ndwara y’igiturika kumara imisi ndwi.


Ku musi ugira indwi umuherezi az’ asuzume iyo ndwara; maze ni yasanga ico giturika kitunguruje, hatar’ umushatsi ucēkūtse, kandi kidasa n’aho cinjiye imbere mu rukoba,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite