Abalewi 13:28 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Arikw ico kibibi ni kitayegayega ngo cunguruze inyuma ku rukoba, kandi kikaba kiriko kirazimangana, hazoba haje igishundu kiziye muri bga bushe: uwo muherezi avuge ko yeze; izoba ar’ inkovu y’ubgo bushe. Gade chapit la |