Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 13:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Maze ni yasanga cunguruje inyuma ku rukoba, avuge kw ahumanye: izoba ar’ imibembe.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 13:22
4 Referans Kwoze  

at’ Umuntu ni yagira igishundu, cank’ akagira ibintu bitongangiye, cank’ akagira ikibibi, ku mubiri wiwe inyuma ku rukoba, ico kintu kigahinduka indwara y’imibembe aho nyene ku rukoba rwiwe, baze bamuzanire Aroni umuherezi, cank’ umwe wo muri bene Aroni abaherezi.


Arik’ umuherezi ni yahasuzuma, agasanga hatar’ ubgoya bgera, kandi kitinjiye imbere mu rukoba, ariko kiriko kirazimangana, uwo muherezi az’ amwugarane kumara imisi ndwi.


Arikw ico kibibi ni kitayegayega ngo cunguruze, kizoba ar’ inkovu ya ca gihute; umuherezi az’ avuge ko yeze.


Ku musi ugira indwi, uwo muherezi agaruke, ayisuzume; maze ni yasanga iyo ndwara yunguruje ku bisika vy’iyo nzu,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite