15 Umuherezi az’ ahasuzume, avuge kw ahumanye: izo nyama zijega n’uguhumana: n’imibembe.
Ariko ni yaramuka agize ahamyotse, hakaba inyama zijega, azoba ahumanye.
Na ho ahar’ izo nyama zijega, ni hasubira guhinduka, hakēra, asubire ku muherezi,