Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 12:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Na ho ni yavyara umwana w’umukobga, az’ amare amayinga abiri ahumanye, nk’uko bimubera iy’ ari mu miziro yiwe; az’ aheze amare imisi mirongwitandatu n’ itandatu abone guhumanurwa, avuye mu maraso yiwe.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 12:5
5 Referans Kwoze  

Nyina az’ amare imisi mirongwitatu n’itatu abone guhumanurwa, avuye mu maraso yiwe; ntaz’ akore ku kintu cera na kimwe, canke ngw ashike ahantu hēra, gushitsa ah’ imisi y’uguhumanurwa kwiwe izoshirira.


ati Barira Abisirayeli, ut’ Umugore ni yasama inda, akavyara umwana w’umuhungu, az’ amare imisi ndwi ahumanye: nk’uko bimubera iy’ari mu muhango w’imiziro yiwe, ni kw azoba ahumanye.


Uhoraho Imana abaza uwo mugore, at’ Ico wakoze ico n’igiki? Uwo mugore aramwishura, at’ Inzoka yampenze, ndabirya.


Imisi y’uguhumanurwa kwiwe ni yaramuka ishize, yo ku muhungu canke ku mukobga, az’ azane umwagazi w’intama utarengeje umwaka kw ikimazi co kwoswa, n’icana c’inuma cank’ intunguru, kw ikimazi co gutangirwa ivyaha, abizanire umuherezi ku muryango w’ihema ry’ibonaniro:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite