Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 11:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ibi ni vyo mwemererwa kurya mu biba mu mazi vyose: ibiba mu mazi, mu biyaga no mu nzūzi, bifise amababa n’ibigaragamba, ivyo ni vyo mwemererwa kurya.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 11:9
7 Referans Kwoze  

Nk’umuntu yovuga, ati Weho ufise ukwizera, jeho mfise ibikorwa: nyereka ukwizera kwawe kutagira ibikorwa, nanje ndakwereka ukwizera kwanje guserurwa n’ibikorwa vyanje.


Kuko muri Kristo Yesu, ar’ ugukebga, ar’ ukudakebga, bitagira ikimazi; ikigira ikimazi n’ukwizera gukoreshwa n’urukundo.


Nashinze intahe mu Bayuda no mu Bagiriki y’ukwihana mu nyonga z’Imana, n’ukwizera Umwami wacu Yesu Kristo.


Inyama zavyo ntimuze muzirye, n’imivyimba yavyo ntimuze muyikoreko: n’ibihumanya kuri mwebge.


Ibidafise amababa n’ ibigaragamba vyo mu biyaga no mu nzūzi, ibigendera mu mazi vyose, ibifise ubugingo vyose biba mu mazi, n’umuziro kuri mwebge.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite