Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 11:46 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

46 Ivyo ni vyo vyagezwe vyo ku bikōko no ku bitunzwe, no ku bisīga, no ku bifise ubugingo vyose bigendera mu mazi, no ku turiho twose tunyonyera hasi;

Gade chapit la Kopi




Abalewi 11:46
8 Referans Kwoze  

Iki ni co cagezwe c’iyo ngoro: mw itāba ry’uwo murwa, ah’ urugabano rwayo ruyikīkūje hose rugarukira, hazoba hēra cane. Eh’ ico ni co cagezwe c’ingoro.


Ivyo ni vyo vyagezwe vy’ umunyagisokoro, n’ivy’ ūvubgamwo n’intanga ziwe, bikamuhumanya;


Ivyo ni vyo vyagezwe vy’ uburyo bgose bg’indwara y’imibembe: ar’ igiturika,


Ico ni co cagezwe co ku kimazi co kwoswa, n’ico kw ishikanwa ry’ amafu, n’ico ku kimazi gitangirwa ivyaha, n’ico ku kimazi c’impongano, n’ico ku vyo kwinjiza abaherezi mw ibango, n’ico ku bimazi vy’ishimwe,


Imana iravuga, iti Mu mazi ni hasegenyuke isegenya ry’ibifise ubugingo, kand’ ibiguruka ni biguruke hejuru y’isi mu kirere c’ijuru.


Imana irema ibifi binini‐binini, n’ibifise ubugingo vyose bigendagenda, ivyasegenyutse mu mazi, nk’ukw amoko yavyo ari, n’ibiguruka vyose bifise ivyubi, ukw amoko yavyo ari: Imana ibona kw ari vyiza.


Kukw ari jewe Uhoraho nabadūganye mbakūye mu gihugu ca Egiputa, ngo mbe Imana yanyu: nuko rero mube abera, kuko nanje nd’ uwera.


vyo gutandukanya igihumanya n’ikidahumanya, n’icoribga mu bigenda n’ikitoribga.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite