Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 11:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Mugabo icokorokera mw isōko canke mu rwobo rwimbiwe kubīkamw’ amazi, akadengēramwo, yo ntiyoba ahumanye; arik’ uwokora ku muvyimba wavyo wakorokeyemwo yoba ahumanye.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 11:36
4 Referans Kwoze  

arik’ ūnywa amazi nzomuha, ntazoba akigira inyota na mba gushitsa ibihe vyose, arikw amazi nzomuha azohinduka muri we imbizi y’amazi yiburuka azana ubugingo budashira.


Kur’ uwo musi ab’inzu ya Dawidi n’ababa i Yerusalemu bazotoborerwa imbizi yo kubōza ivyaha n’ibihumane.


Ikintu cose cokorokerwako n’icavuye ku muvyimba wavyo coba gihumanye; ar’ iziko cank’ amashiga, coba gikwiye kumenagurwa; ivyo n’ ibihumanya, kandi bizoba ibihumanya kuri mwebge.


Kandi ni hagira ico ku muvyimba wavyo cogwa mu mbuto zo kubibga iz’ ari zo zose, zo ntizoba zihumanye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite