Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 11:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Arikw ivyo mwemererwa kurya muri two n’ibi: udufise amaguru maremare akonye ahahera hejuru y’ibirenge, yo kugenda dutarukisha hasi.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 11:21
4 Referans Kwoze  

hārimw’ ubgoko bgose bg’ibigenza amaguru ane, n’ibikwega inda hasi vyo kw isi, n’ibiguruka vyo mu kirēre.


Udukōko twose tw’amababa tunyonyera, tugendesha amaguru ane, n’umuziro kuri mwebge.


Utwo mwemererwa kurya muri two n’uruzige, nk’ukw amoko yazo ari, n’utundi tumeze nka rwo twitwa solamu na harugoli na hagabu, nk’ukw amoko yatwo ari.


ati Mubarire Abisirayeli, muti Mu bikōko vyose, ibi ni vyo mwemererwa kurya mu bigenda vyose vyo mw isi:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite