Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 11:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ico mu mazi cose kitagira amababa n’ibigaragamba kize kibe umuziro kuri mwebge.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 11:12
3 Referans Kwoze  

Bize bihore biba umuziro kuri mwebge; ntimuze mwigere murya ku nyama zavyo, kand’ imivyimba yavyo muze muyigire umuziro.


Ibi az’ abe ari vyo mugira umuziro mu bisīga; ntibize vyigere biribga, n’ibizira: inkukuma, n’itarangabo, na oziniya;


Aroni aramvura ukuboko kwiwe hejuru y’amazi ya Egiputa; ibikere biradūga, bizimanganya igihugu ca Egiputa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite