Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 10:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Nuko bīgira hafi, babaterura mu makanzo yabo, uko bakayambaye, babajana inyuma y’aho bashagaje, nk’uko Mose agize.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 10:5
3 Referans Kwoze  

Mose araheza azana bene Aroni, abambika amakanzo, abakenyeza imikanda, abapfundika n’udukofero; nk’uk’ Uhoraho yari yaramubariye.


Wābīre ya myambaro, uheze wambike Aroni ya kanzo, na wa mwinjiro wo kwambarirwako efodi, umwambike na efodi nyene, na wa mupfuko wo kwambarwa mu gikiriza, umukenyeze na wa musipi wa efodi ujishwe n’abahinga;


Nukw aragenda, asanga uwo muvyimba urambaraye mu nzira, na ya ndogoba n’intambge bihagaze i ruhande yawo; arikw iyo ntambge ntiyari yariye uwo muvyimba, canke ngw itabagure iyo ndogoba.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite