Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 10:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Mose ahamagara Mishayeli na Elisafani, bene Uziyeli se wabo wa Aroni, arababarira, ati Ni mwīgire hano, muterure ab’i wanyu, mubakūre imbere y’ahēra, mubajane inyuma y’aho dushagaje.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 10:4
10 Referans Kwoze  

Bene Uziyeli ni Mishayeli na Elisafani na Sitiri.


Bene Kohati ni Amuramu na Isihari na Heburoni na Uziyeli: imyaka Kohati yamaze n’ijana na mirongwitatu n’itatu.


Imisore iva hasi, iramutekera, iramujana, iramuhamba.


Umukuru w’inzu ya ba sekuruza b’aba Kohati yari Elisafani mwene Uziyeli.


Aba ni bo bene Kohati, nk’ukw imiryango yabo iri: Amuramu na Isihari na Heburoni na Uziyeli.


Abantu bubaha Imana bahamba Stefano, baramuborogera cane.


Ashitse hafi y’irembo ry’igisagara, hasokoroka abajanye umuvyimba kuwuhamba, ariko yar’ ikinege, kandi nyina yar’ umupfakazi: abantu benshi bo mur’ ico gisagara bari kumwe na we.


Bene Kohati ni Amuramu na Isihari na Heburoni na Uziyeli.


Mose yajana ihema, akarishinga hirya y’aho bashagaje, ahītāngūye, yaryita ihema ry’ibonaniro. Uwagomba gusigūza Uhoraho wese yava aho bashagaje, akaja kw ihema ry’ibonaniro hirya yaho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite