Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 1:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Aheze abāge ico kimazi co kwoswa, akijanjagure, agishire mu bikenye vyaco.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 1:6
6 Referans Kwoze  

Kand’ umuherezi ahereje ikimazi c’umuntu uw’ ari we wese co kwoswa, uwo muherezi nyene az’ abe ari we atwara urusato rw’ico kimazi coshejwe atanze.


Uhoraho Imana aronkera Adamu n’umugore wiwe imyambaro y’insāto, arabambika.


Bene Aroni abaherezi bashire umuriro kur’ ico gicaniro, bawurundekw inkwi:


Mubicemw’ utumanyu, mudusukekw amavuta ya elayo: iryo rizoba ribaye ishikanwa ryo mw ifu.


Araheza akomānya inkwi, abāga ya masa, ayijanjagura mu bikenye vyayo, abigereka kur’ izo nkwi. Maz’ arababarira, ati Ni mwuzuze imibindi ine amazi, muyasuke ku kimazi co kwoswa no ku nkwi. Barabigira.


Hāri n’imambo zinegagiye ku nzu imbere impande zose; uburebure bgazo bgar’ itambge rimwe ry’intoke; kandi ku meza hār’ inyama zo guhēreza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite