Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




2 Petero 2:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 kuk’ uyo mugororotsi, aho yaba muri bo, yagira akabonge uko bukeye mu mutima wiwe ugororoka kubg’ ibikorwa vyabo vy’ubugarariji yabona, akumva; —

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 (kuko uwo mugororotsi yaba muri bo, imisi yose, akama ababazwa mu mutima wiwe ugororotse n’ibikorwa vy’ubugarariji bakora abibona kandi avyumva).

Gade chapit la Kopi




2 Petero 2:8
12 Referans Kwoze  

Nabonye abava mw isezerano, ndashavura: Kuko batitondera ijambo ryawe.


Nuk’ Uhoraho aramubgira, ati Genda unyuragire hagati mu gisagara, muri Yerusalemu, ushire ikimenyetso mu ruhanga rw’abantu banihishwa n’ ibizira vyose bikorerwa hagati muri co, bikabariza.


Amaso yanje asendanisha inzūzi z’amazi, Kuko batitondera ivyagezwe vyawe.


Umuntu agororotse agapfa kwemerana ivy’ umunyakibi Ameze nk’isōko itobetse, n’ imbizi y’iyōndoyōndo.


Mwaturanire ivyaha vyanyu, musengeranire, kugira ngo mukire indwara. Ugusaba kw’umugororotsi kugira ikimazi kuri vyinshi mu gikorwa cakwo.


azi yukw ivyagezwe bitāshiriweh’ umugororotsi, ariko vyāshiriweh’ abagarariji n’ibigāba, abatubaha Imana n’abanyavyaha, abanegura ivyayo n’abakora ibizira, abica ba se na ba nyina, abicanyi,


Abagororotsi iyo banesheje haba icubahiro cinshi, Arikw abanyakibi iyo bari hejuru abantu barinyegeza.


Ishaka ryanje rirandanduye Kukw abarwanizi banje bibagiye amajambo yawe.


mwice mutikize umutāma n’umusore n’ umwigeme n’abana bato n’ abagore: ariko ntihagire umuntu n’umwe mwēgēra mu barikw ico kimenyetso; kandi muhēre ku rusengero rwanje rwera. Baca bahēra kuri ba bakuru bār’ imbere y’ingoro.


Kand’ Abanyesodomu bār’ abanyavyaha, bacumura k’Uhoraho birengeje urugero.


Ukwizera ni kwo kwatumye Abeli aha Imana ikimazi kiruta ica Kayini, ni kwo kwamuhesheje gushingirwa intahe kw ar’ umugororotsi, hamwe Imana yashingira intahe amashikanwa yiwe yukw ari meza, kandi ni kwo kwatumye na none akivuga, naho yapfuye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite