Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




2 Petero 2:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 arikw abamarayika naho barusha abo bantu inkomezi n’ubushobozi, ntibarega abo banyacubahiro ku Mwami Imana, ntibabatuka.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 ariko n’abamarayika, mbere basumvya abo bantu inkomezi n’ububasha, ntibubahuka kuvuga nabi no kwagiriza abameze batyo imbere y’Umwami Imana.

Gade chapit la Kopi




2 Petero 2:11
6 Referans Kwoze  

Ariko na Mikayeli, umumarayika mukuru, hamwe yatongana na wa Murwanizi, ahārīra na we bapfa umuvyimba wa Mose, ntiyubahutse kumuhinyura ngw amucokore, ariko yamubgiye, at’ Uhoraho aguhane.


no kwishura mwebge abayaterwa kuruhukana natwe, ah’ Umwami Yesu azohishurirwa, ava mw ijuru, azananye n’abamarayika b’ubushobozi bgiwe,


Uhindura abamarayika bawe imiyaga, Abasavyi bawe ubahindura umuriro waka.


Imana yanje yarungitse umumarayika wayo, azibira iminwa y’intambge, nta co zankozeko; kuko nabonetse imbere yayo ntagira igicumuro, kandi nawe, mugenzi, nta kibi nakugiriye.


Muhimbaze Uhoraho, mwebge bamarayika biwe: Mwebge banyenkomezi nyinshi bashikisha ijambo ryiwe Kubangira ugutwi ijwi ry’ ijambo ryiwe.


ubgivyi, ubgicanyi, ubusambanyi, ukwifuza, kugira nabi, ubugunge, ivy’ isoni nke, ijisho ribi, ibitutsi, ubgibone, ubupfu:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite