Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




2 Petero 1:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Iryo jw i twaryumvise rivuye mw ijuru, aho twari kumwe na we kuri wa musozi wera.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Twebwe ubwacu twariyumviye iryo jwi ryavuye mw’ijuru igihe twari kumwe na we kuri wa musozi wejejwe.

Gade chapit la Kopi




2 Petero 1:18
8 Referans Kwoze  

Abigishwa bavyumvise, bubama hasi baratinya cane.


Nuk’ uwo mugabisha w’ingabo z’Uhoraho yishura Yosuwa, ati Kūra inkweto mu birenge vyawe, kukw aho hantu uhagaze ar’ ahēra. Nuko Yosuwa abigenza artyo.


Iramubarira, iti Reka kwēgēra hano, kandi kūra inkweto mu birenge vyawe, kukw aho hantu uhagaze ar’ahēra.


Uku ni k’Uhoraho agize, ati Ngarutse i Siyoni, ngerēre hagati y’i Yerusalemu; kandi Yerusalemu hazokwitwa Umurwa w’Umwizigirwa; kand’ umusozi w’Uhoraho Nyen’ ingabo uzokwitwa Umusozi wera.


Hose ku murwa wanje wera ntihazoba hakir’ ibiryana cank’ ivyica; kuko kumenya Uhoraho kuzoba kwuzuye mw isi, nk’ukw amazi abugereye mu kiyaga.


Ico gihe Mose yaragira umukuku w’intama za Yetiro sebukwe, umuherezi w’i Midiyani: aturukiriza umukuku hirya y’ ubugaragwa, ashika ku musozi w’Imana, i Horebu.


abo na bo nzobashikana ku musozi wanje wera, mbanezereze mu ngoro yanje yo gusengeramwo; ibimazi vyabo vyo kwoswa n’ivyo gukererwa bizokwemerwa ku gicaniro canje: kukw ingoro yanje izokwitwa inzu yo gusengerwamwo n’amahanga yose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite