Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Yohana 5:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Iki ni co kitumenyesha yuko dukunda abana b’Imana, ni twakunda Imana tugakora ivyagezwe vyayo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Ikitwereka ko dukunda abana b’Imana ni urukundo dukunda Imana no kwitondera amabwirizwa yayo.

Gade chapit la Kopi




1 Yohana 5:2
7 Referans Kwoze  

Arik’ uwitondera ijambo ryiwe wese, ugukunda Imana kuba guhīngūwe muri we vy’ukuri. Iki ni co kitumenyesha ko turi muri we:


Kandi dufise iki cagezwe kuri yo, ng’ Ūkunda Imana akunde na mwene Data wundi.


Ivyo ndabibageze kugira ngo mukundane.


Iki ni co kitumenyesha ko tumuzi, ni twitondera ivyagezwe na we.


Twebge turazi yuko twavuye mu rupfu, twashitse mu bugingo, kuko dukunda bene Data. Ūdakundana yama mu rupfu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite