Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Yohana 4:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 kand’ impwemu yose itatura Yesu irtyo ntiba yavuye ku Mana: kand’ iyo mpwemu iba ar’ iya Antikristo, iyo mwumvise kw izoza, kandi n’ubu iramaze gushika mw isi.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Ariko umuntu avuga ko avugishwa n’Imana ariko ntiyature Yesu, uwo ntava ku Mana. Umuntu nk’uwo afise impwemu ya antikristo, uwo mwumvise ko azoza kandi aramaze gushika mw’isi.

Gade chapit la Kopi




1 Yohana 4:3
5 Referans Kwoze  

Umubeshi ni nde, atar’ ūhakana ko Yesu ari Kristo? Ni we Antikristo, ahakana Data wa twese n’Umwana.


Kukw abayobeza benshi baserutse bakaja mw isi, batemera ko Yesu Kristo yaje afise umubiri. Ūmeze artyo, ni we ayobeza, kandi ni we Antikristo.


Bana bato, ubu n’igihe c’iherezo: kandi nk’uko mwumvise yuko Antikristo azoza, n’ubu hamaze guseruka ba Antikristo benshi: ni co gitumye tumenya kw ar’ igihe c’iherezo.


Kuko benshi bazoza mw izina ryanje, bati Ni jewe Kristo, kandi bazozimiza benshi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite