1 Yohana 3:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Umuntu wese aguma muri we ntakora ivyaha; ūkora ivyaha wese ntiyamubonye kandi ntiyamumenye. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe6 Nta muntu n’umwe aba muri we abandanya acumura. Umuntu wese abandanya acumura ntaramubona kandi ntaramumenya. Gade chapit la |